suj_mrk_text_reg/12/20.txt

1 line
366 B
Plaintext

\v 20 Haliho abagenzi indwi wambele yitwa umugole hanyuma alapfa ntiyasize abana. \v 21 Hanyuma wakabili yalamutwaye na wene alapfa, ntiyasize abana. Niwakatatu bimela kutyo. \v 22 Na windwi yalapfuye atani kuvyela abana Munyuma yaho numugole kandi alapfa. \v 23 Badya kuzuka, bozuka hama, None! aloba umugolewande? Kubela badya bagenzi bose indwi bali abagabo biwe.