suj_mrk_text_reg/06/23.txt

1 line
294 B
Plaintext

\v 23 Alamubwira nukuvuga chochose chuza kunsega, ndaguha, nikiche chumwami wanje." \v 24 Alavayo hanze alamubwila nyina wiwe, "Nsege ikiki?" Alavuga umutwe wa Yohana umubatizi." \v 25 Aho nyene kimwe alinjila kumwami alamanza kuivuga, "nshaka umpeleze hagati yisahani umtwe wa Yohana mubatizi.