\v 31 Kandi nyin wiwe na mugezi wiwe balaje bahagalola hanze. Batuma umuntu kumuhamagala. \v 32 Na bantu beshi balibichaye hofi nawe balamubwila, "Nyina wiwe numugenzi wiwe bali hanze nobala kulondela wewe.