suj_mrk_text_reg/01/04.txt

1 line
353 B
Plaintext

\v 4 Yohana aje abatiza mubugalagwa no kuhubi ni ulubatizo gwo kwihana kukuhaligwa ivyaha. \v 5 Ikihugu chose cha Yude na bantu bose ba Yerusalemu bagiye kwiwe. Baliko balabatizwa nawe kumwonga wa Yordani, balihanye ivyaha vyabo. \v 6 Yohana yalambala umwambalo wa moya yi ngamia musipi wulusato kukibuno chiwe kandi yaladya inzige nubuki bwo mwishamba.