\v 41 Hanyuma abayuda baramwidodo mbera kuko yavuze, "Jewe numukate wamanuche uva mwijuru." \v 42 Wavuga, "uyu si Yesu umwana wa Yusuphu, wose wiwe na nyina wiwe tumenya? Bibaye gute ubu kuvuga, "Nimanuche mva mwijuru.