suj_jhn_text_reg/19/12.txt

1 line
379 B
Plaintext

\v 12 Kuvana ninyishu lino agomba kumulekula neza aliko abayahudi balabologa bavuga, "Namba umulekula neza ahonye wewe ntuli mugenzi wa Kaisari. Namba wikolesha yuko ulumwami ulavuga mubi nyoma vya kaisari." \v 13 Pilato amaze kumva amajambo ayo alamuzana Yesu hanze aho nyene alichara kukitebe chukuchira ulubanza ahohantu hamwe nyekana ntumwisakafu aliko kwa Kiebrania Gabatha.