suj_jhn_text_reg/19/25.txt

1 line
476 B
Plaintext

\v 25 Abasilikale bagoze bino nyina wa Yesu namushikiwe wanyina wiwe, Mariamu umugole wa Kleopa na Mariamu Magdalena Abagole bano balibahagaze hafi yumusolan ba wa Yesu. \v 26 Yesu amaze kumubona nyina wiwe hamwe na wudya mwigishwa aliwe yamukunda balahagalala hafi alamubwira nyina wiwe, " Umugole, Raba nulebe umwana wawe wuno nguwo!" \v 27 Aho nyene ala mubwira yudya mwigishwa, "Raba, nguyu ngaha nyoko wawe. Kuva isaha iyo yudya mwigishwa alamutwara kugenda muhira uwiwe.