suj_jhn_text_reg/18/01.txt

1 line
482 B
Plaintext

\c 18 \v 1 Hanyuman ya Yesu kuvuga amajambo yano yagiye nabigishwa biwe balimwo barasohora mwibonde dya Kidroni ahohantu haliho ibusitani kuko wene na bigishwa biwe balinjira muliwene nyene. \v 2 None yudya yuda, yashache kumugura, nawene yalalimeye ahohantu, kubela Yesu yalimwo alagenda kwicho kijiji aho nyene alikumwenabigishwa biwe. \v 3 Na wene Yuda hanyuma yamaze kulonka ikundi dyabasilikale nabatware kuva kuba kuru wabahelezi, balaza bafishe na matora, namatochi ni ngoho.