suj_jhn_text_reg/17/09.txt

1 line
410 B
Plaintext

\v 9 Ndabasengela bene sisengela isi kubela badya bemwaye no kubela badya nibawe. \v 10 Ibintu vyovyose alivyo vyanje vyawe na bidya vyufishewewe nivyanje nanje ndashimwa kubela ivyo. \v 11 Jewe sindimo kandi mwisi, kubela bene balimo mwisi, nanje kandi ndaje iwawe. Daha mwela babike kwizina dyawe lidya dyowa mpaye twebwe kugila na bene nabobabe nuku shila hamwe nkadya jewe na wewe tufishe nuku shila hamwe.