suj_jhn_text_reg/16/03.txt

1 line
291 B
Plaintext

\v 3 Balo bakolela amajambo aya kukubela yuko batamumenya baba. Kandi ntibamenya jewe. \v 4 Ndababwila amajambo aya kungila yuko umwanya. Niwasohola waya kulonza mulashobola kwibuka ukuntu ndababwiye mushobole mwenge sindababwiye mwibikeko nanje kuva ubwambele kubela yuko ndali kumwe namwe.