suj_jhn_text_reg/12/17.txt

1 line
329 B
Plaintext

\v 17 Udya mugwiwa bantu bali kumwe na Yesu aho yahamagala Lazaro kuva mumva balashuhudia kubandi. \v 18 Ivyo vyabaye kukubeli kandi umugwi wabantu bagiye kumusanganila kubela bumvishe yuko yakoze icho kimenyecho. \v 19 Amafarisayo bavugana bene kulibene, "Laba, ubu ntimwoshobola kukola chochose, Laba isiyose baguye kuli wene."