suj_jhn_text_reg/11/51.txt

1 line
335 B
Plaintext

\v 51 Yamo ntiyayavuze kube wene nyene hanyuma yiwe kubela yalumuhelezi mukulu mwa wudya yaragerelanyije kubela Yesu alopfa kubela ikihugu. \v 52 Natwe ikihugu chonka, Aliko Yesu alonke bidya nyene kubegelanya abana bimana kubela balasambaye ahantu kwiwe bulu muntu. \v 53 None lelo kuwo musi uwo nukugendi bala panga kuntu balomwicha.