suj_jhn_text_reg/11/49.txt

1 line
252 B
Plaintext

\v 49 Aho nyene, umuntu umwe kulibene, Kayafa aliwe muhelezi mukulu umwaka uwo, alababwira, "Ntumumenya ikintu chochose kweli. \v 50 Ntimwiyumvira yuko yopfa kubela yuko mwembwe kuko umuntu umwe yoshaka kupfa kubela abantu kubela ikihugu chose chohona.