suj_jhn_text_reg/11/38.txt

1 line
387 B
Plaintext

\v 38 Niho Yesu aho yalimwo alalila mumutima wiwe kandi, yalagiye kumva. Kuko yali musi nibaye bdyasizeho hejulu yiwe. \v 39 Yesu alavuga, "Livaneho linobuye, ",artha mushikiwe na Lazaro, wene yapfuye alamubwira Yesu, "Mwami kumiugu, umubili uloba gwaboze, kubela yuko yamaze kuba wapfuye kumisi ine." \v 40 Yesu alamubwira, "Jewe sindakubwiye yuko wizeye, ulaza kubona ubwiza bwi mana?"