suj_jhn_text_reg/03/34.txt

1 line
299 B
Plaintext

\v 34 Kubela wene uwatumweni Mana aganila amajambo yi Mana kubela ntatanga mutima kukipimo. \v 35 Daha akunda umwana yalamuhaye ibintu vyose mumaboko yiwe. \v 36 Wizera umwana alafishe ubuziman butahela, aliko kudya atubaha umwana ntazobubona ubuzima, auhubwo ishavu dyimana lilafatanye hejuru yiwe.