suj_jhn_text_reg/03/19.txt

1 line
354 B
Plaintext

\v 19 Ikinicho kituma ulubanza, yuko umucho waje mwisi aliko abana babantu bakunda umwijima kusuvya umucho kubela ibikogwa vyabo vyali bibi. \v 20 Kila muntu akola bibi yanka umucho kandi ntaza kumucha kugila ibikogwa vyiwe ntibishigwe habona. \v 21 Aliko udya akola vyaukweli aza mumucho kugila ibikogwa vyiwe bibonekane yuko biseluche vyakolewe kumana.