suj_jhn_text_reg/01/32.txt

1 line
363 B
Plaintext

\v 32 Yohana yalalavye, ndalabonye impwemu yululuka kuva mwijulu ikigelelanyo chinuma yalasigaye hejulu yiwe. \v 33 Jewe ntawonda menye aliko wene yalantumye kugila mbatize kumazi yalambwiye, yudya kubela alobona impwemu yululuka na kwichara nikwichara hejulu yiwe, yuno niwe abatiza kumpwemu mutagatifu. \v 34 Ndabonye kandi ndalavye kubela yuno nu mwana wimana.