\v 6 None amaze kubabwira, "Jewe ndiwene" Balasubiye inyuma batimenya nukugwa hasi. \v 7 Aho nyene alababaza kandi, "Ninde mulondera? Na bene balamwishura kandi Yesu munazareth."