2022-08-12 09:00:33 +00:00
|
|
|
\v 4 Mulamenya inzila ichamo. \v 5 Tomesa alamubwila Yesu mwami ntitumenya ahanu ungenda none twoshobola kumenya inzila? \v 6 Yesu alamubwila jewe nije ndinzila yukulimbuzima ntaushobola kumenya kwa baba wange kandi atachiye kwange. \v 7 Iyo muba mwala menya jewe mwalikumumenya na baba wange kandi kuhela ubu nokungendela mulamuzi kandi muba mwamuboye wene.
|