\v 48 Yosefu asonziranya ibisarurwa by'iya myaka irindwi mu gihugu c'i Misiri;yubaka ibigega mu muji bihunikwamo ibivuye mu murima iyikikije.\v 49 Yosefu ahunika ingano zinganan'umucanga gwo mu ngezi,ziba kangari cane ze utoshobora kubara.