4 lines
436 B
Plaintext
4 lines
436 B
Plaintext
\v 1 Aburahamu yar'umusaza, mumyakaye, Uwiteka yari yaramuhaye imigisha muri byose.
|
|
\v 2 Aburahamu abwira umukoziwarumaze igihe cyinshi muwe, umuhagarikize wibintu bye byose, ariko ntakwinginje, shira ukuboko kwawe musi yi kibero canje.
|
|
\v 3 Nja kurahiriza k'Uwiteka Imana yijuru n'Imana yisi, ntusohoreze umuhungu wanje umunyakananikazi abo nduyemo.
|
|
\v 4 Ariko genda mugihugu canje kub'umumuryango wanje ufatire umuhungu wanje umugore. |