3 lines
320 B
Plaintext
3 lines
320 B
Plaintext
\v 27 Umukozi wawe data wanje aratubwira ngo: Muziko mugore wanje yambyariye abana babiri:
|
|
\v 28 Umwe ankomokaho kandi naragambye: kandi nziko bamusatageje mo ibisate, ibisate; kandi ntaho na subiye kumurebaho;
|
|
\v 29 Namwe nimujana uyumtu kandi akagira icaba, muzatuma imvi zanje zitelemukana gahinda zilekuja mukaburi. |