2 lines
377 B
Plaintext
2 lines
377 B
Plaintext
\v 16 Yuda aragamba; Turabwira Pataro wanje ngwiki? kandi turagamba ngwiki? nangwa turikura mucaha dute? Imana irebye ubugome bwabakozi bawe, reba twewe, turabagaragu bo mwami wanje, twese nawe kuko yabonetse afite Inkongoro muntakize.
|
|
\v 17 Aragamba ngo: ntibikabe bizabera kure yanje umuntu wiyo nkongoro ya bonetseho, uwo numufundi wanje, ariko mwewe mugende amahoro kwasyo. |