1 line
303 B
Plaintext
1 line
303 B
Plaintext
\v 1 Ubwo abantu batangiye kuba akangari kusi, abahara baravuka,\v 2 Abana b'Imana bareba ko abahara bo Ku si baboneye, barabafata kuba abagore babo bo babifuzaga.\v 3 Nuko Imana iragamba, umuko wanje ndoguzasigara mumuntu igihe cose, kuko umuntu arumubiri, imisi yukubaho kwe ni jana na mirongwi biri. |