1 line
285 B
Plaintext
1 line
285 B
Plaintext
\v 43 None rero uje kwa nyokorome umva i sauti ,toroka uje kwa nyokorome Labani utuye i Harani. \v 44Ubeyo kwanza kugeza igihe co umujinya gwa mwenenyoko guzapunguka. \v 45 Nimbona Esau amaze kwibagirwa ibyo wamukoreye,nzagutumiraho uze kubera ntaho caka ko mupfira umusi gumwe mwembi. |