\v 1 Mugihe co Isaka yaramaze kuba umusaza ,amaso ge gamaze guhuma ,yakuara umwana we mbere aramubwira ngo:Umwana wanje:nawe aritaba ngo karame data. \v 2Reba maze kuba umusaza ntaho nzi neza umusi go nzapfira ho.