\v 44 Yongera kubwira Yosefu ngo:Ni nyewe Farao.Atari weho ntawundi muntu akarambura ukuboko cangwa ukuguru mugihugu cose c'i Misiri. \v 45 Farao ahimba Yosefu izina rya Safunati Paeneaki;kandi amuha umugore Asanati,muhara wa Potifari umutambyi w'i Oni.Nuko Yosefu aja gutambagira igihugu c'i Misiri.