\v 8 Aburamu abwira Loti :ndagusabye,herekuyaho intonganyi hagati ya nyowe n'abawe.Wibuke ko turi umuryango gumwe. \v 9 Reba,kino gihugu cose kiri hambere yawowe.Reka dutandukane.n'ugende mukuryo,nyowe ndagenda m'ugutandi kandi ni ucaguwa ugutandi,nyowe ndigira m'ukuryo.