\v 33 None rero Farao ataranye umuntu w'ubwenge amushire hamutwe gw'i igihugu c'i Misiri. \v 34 Farao ashireho abisonga mugihugu ,byo gusonzoranya kimwe cagatano c'i ibisasurwa by'i Misiri muriyo myaka irindwi yo kweza cane.