\v 1 Murico gihe Yuda arateremuka kwa bene se aja ku muadulamu umweizinarye ni Hira. \v 2 Yuda ahabona umuhara wu Mukanana izinarye ni Sua;aramujana aryamahamwe nawe.