\v 6 Hanyuma y' imisi mirongo ine, Nowa yafungwiye idirisha ry' isafina yo yari yabajije. \v 7 Yatumye igikona, kiragenda no kugaruka kugeza igihe amazi gapungukiye k' ubutaka.