\v 33 Labani yinjira mu hema rya Yakobo no kwa Leya hamwe no mu mazu gose g' ababoyi be ko aari babiri, ntiyagira ico asangamo, aragenda yinjira mu nzu ya Rasheli.