2018-06-28 10:35:48 +00:00
|
|
|
\v 41 Imyaka mirongo ibiri zose,narindi hamwe nawe:imyaka cumi nine nakoreye abahara bawe kugira ngo mbabone ,iyindi myaka itandatu narindi kuragira intama zawe,umushahara gwanje gwapfuye ubusa incuro icumi. \v 42 Yabaye Imana ya papa ya sogokuru Aburahamu hamwe n'ubwo ba bwa Isaka bitarabaye hamwe nanje,ubawaranyirukanye mbere y'igihe,ariko Imana yaboneye amateso ganje ingirira imbabazi nuko ikugira inama ejo mu joro.
|