2018-06-07 06:40:11 +00:00
|
|
|
\v 10 Inzara yateye ico gihugu.Nuko Aburamu ateremuka i Misri ngo aberayo kuko inzara yari irikumara abantu. \v 11 Agerire hafi ya Misri ,yabwiye umugore we Sarai .Reba rero ,nyiji ko uboneye. \v 12 Kandi n'Abanyamisiri barakureba ,barigambira ngo:Wiriya n'umugore we \.Warakuntsi ndaho weho bakureke. \v 13 Ugambe ko uri mushiki w nyowe kugira ngo bamfate neza kubera weho ,kandi kubera weho ntaho bakanyite.
|