\v 27 Israeli itura mugihugo ca Misiri, mugihugo ci goseni, bagira ubukungu, barabyara bararokana. \v 28 Yakobo amara imyaka cumi n'irindwi mugihugo co mu misiri, imisi yo Yakobo yamaze kw'isi n'ijana na mirongo ine n'irindwi.