2018-06-29 07:15:17 +00:00
|
|
|
\v 13 Ngago amazina g'abahungu ba Ishimayeli,Hkurikijwe igisekuruza cabo Neyabati ,umwana w'infura wa Ishimaeli ,Kedari ,Adibeli ,Mibisamu. \v 14 Misikima,Duma,Masa. \v 15 Hadadi ,Tema ,Yeturi,Nafishi na Kedima. \v 16 Abonibo bahungu ba Ishimayeli;Ago nigo mazina gabo hakurijwe amazu gabo.Nibo babeye abasheju cumi na babiri b'ubwoko bwabo.
|