\v 1 Kino nico gitabo c'urubyaro rwa Adamu. Umusi go Imana yaremeyemo Adamu yamusanishije nayo. \v 2 Umugabo n'umugore yabaremye ,arabagisha hanyuma ibita umuntu, igihe yabaremire.