\v 14 Imana iragamba ngo: Habeho umwangaza mu juru go gutanyisha umusi n' ijoro kugira ngo gubere ikimenyetso
c' ibihe, imisi n' imyaka. \v 15 Bibe imyangaza mu joro yo kuangaziya isi. Niko byabeye.