3 lines
516 B
Plaintext
3 lines
516 B
Plaintext
\v 7 Nuko hayija abapfumu, abiji kugambisha abapfuye, abanyabwebge n'abasoda ibyerekeye inyenyeri. b'inyenyeri. Nababwiye indoto, ntaho bashobweye kumpa ubusobanuro bwayo.
|
|
\v 8 Ubwanyuma, Danyeli ahagarara imbere yanje, wahimbwe Belushaza hakurikijwe izini ry'Imana yanje, kandi yariyafite umuka gw'imana ziboneye muruwe. Mubwira iyo ndoto:
|
|
\v 9 Bulushaza, umutware w'abapfumu, ndabizi ko ufite umuka gw'Imana ziboneye muri wowe, kandi ko nta banga ryo kunanira narimwe, umpe ubusobanuro bw'ibyo neretswe mu ndoto. |