jit-x-hambwe_jas_text_reg/01/14.txt

1 line
300 B
Plaintext

\v 14 Nintyo nyene kilamuntu ageragezwa kuvyivfuzo bhibhi zibhintu vyu vyaha bhimukwega kwega nikumuhenda henda kugenda kulele ni Mana. \v 15 Hanyuma ivyivfuzo chi vyaha kimaze kusamanda, ichaha kicha kivuka cha chaha kimaze kukula, nezaneza muluvfu. \v 16 Bhagenzibhanje, nkundwa. mntumuhendagizwe.