haq_act_text_reg/07/35.txt

1 line
376 B
Plaintext

\v 35 Uwu Musa wobanze, umwanya hobagavye, ninde yakugize ukuba umwami nu uwudukiza wachu? Yabaye uwo Mungu yatumwe kumaboko wi Malaika yamutulutse Musa mkisanze. \v 36 Musa yalabekeje ukuva Misri nu ukuva isa hani yi shamu, na kumbuga ku mwaka amachumane. \v 37 Ni Musa niwo yababaliye abantu bi Israeli ntya Mungu alobaha umuntu atabiri ukuva mulumwe nyene, umuntu nka jewe.