haq-x-lawanyenka_jhn_text_reg/16/22.txt

1 line
387 B
Plaintext

\v 22 Namwe nyene kano kanya mulabhabhaye, aliko nzokwongela ndabhabhone, kand' imitima yany' ixokwongela kunezegwa kandi ntawuzobhanyag' uwo munezelo wanyu. \v 23 Icho gihe ntimuzokwongela kumbhaza na kimwe. Nukuli ndabhabwile, nimwasabha Data mwizina dyanj' azobhaheleza. \v 24 Kugez' ubhu ntacho mulasabha mwizina dyanje; ni musabhe namwe muzohabwa kugil' umunezelo wany' ugwililane.