haq-x-lawanyenka_jhn_text_reg/14/10.txt

1 line
286 B
Plaintext

\v 10 None ntimwizeye yuko ndi muli Data kandi na Dat' akabha muli njewe? Ivyo ndabhabwila si njewe ndavyivugisha; ahubwo ni Data ali muli njewe , niw' akol' iyi milimo yiwe. \v 11 Ni munyizele yuko ndi muli Data kandi nawe nyen' ali muli njewe; kandi ni mwizele n' imilimo yanje nkola.