haq-x-lawanyenka_jhn_text_reg/08/54.txt

1 line
422 B
Plaintext

\v 54 Yes' alabhishul' ati ninabha nishila hejulu ngaho intahe yanje yobh' ali' iy' ubhusa; aliko ni Data wanj' anshemagiza, kandi niwe mwita ngo n' Imana yanyu. \v 55 Mwebwe ntimulamumenya, aliko njewe ndamuzi. Ninavuga ngo sindamumenya nobha meze nkamwe, mubhubheshi; aliko ndamuzi kand' amajambho yiwe ndayitondela. \v 56 Sokulu wanyu Abulahamu yalanezelejwe no kubhon' umwe mumibhagwa yanje; yalayibhony' alanezegwa.''