haq-x-lawanyenka_jhn_text_reg/03/19.txt

1 line
384 B
Plaintext

\v 19 Iki nicho kizotuma habhah' ulubhanza, nukw' umucho waje mwisi alikw' abhantu bhagakund' umwijima gusumv' umucho kukw' ibhikogwa vyabho vyali bhibhi. \v 20 Umuntu wes' akol' ibhibhi yank' umucho , kandi ntiyoza mu mucho kukw' atinya yukw' ibhikogwa vyiwe vyobhonwa. \v 21 Alik' umuntu wes' akol' ivy' ukuli aza mu mucho kugil' ivy' akola bhibhoneke yukw' alivyo gushimish' Imana.