\v 26 Igihe wa muhumuliza azobha yamaze kuza uwo nzobhalungikila kuva kwa Data, uwo ni Mpwemu w' ukuli, ava kwa Data, azomvuganila. \v 27 Kandi namwe mulamvuganila kuko twabhanye kuva mwitangulilo.