\v 25 Nukuli ndabhabwile neza yuko hal' igihe kandi nubhu nyene kiliho abhapfu bhazokwumv' ijwi dy' U, mwana w' Imanakand' abhazodyumva bhosi bhazobhaho