Mon Mar 25 2024 18:59:46 GMT+0300 (East Africa Time)

This commit is contained in:
tsDesktop 2024-03-25 18:59:46 +03:00
parent 2258cff98a
commit 53830eb58b
3 changed files with 3 additions and 3 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 12 Yes' alabhabwil' ati ''Ni muze mukole kumunwa'' Kandi nta numwe mubhigishwa yagelageje kumubhaz' ati ''wew' ulinde''? Bhamenye yukw' al' Umwami. \v 13 Yes' alaz' atola wamukate, maz' alabhaheleza kand' akola gutyo no ,kuli za samaki. \v 14 Bwal' ubwagatatu Yesu yiyelekana kubhigishwa bhiw' amaze kuzuka mu bhapfuye.
\v 12 Yes' alabhabwil' ati ''Ni muze mukole kumunwa'' Kandi nta numwe mubhigishwa yagelageje kumubhaz' ati ''wew' ulinde''? Bhamenye yukw' al' Umwami. \v 13 Yes' alaz' atola wamukate, maz' alabhaheleza kand' akola gutyo no, kuli za samaki. \v 14 Bwal' ubwagatatu Yesu yiyelekana kubhigishwa bhiw' amaze kuzuka mu bhapfuye.

View File

@ -1 +1 @@
\v 15 Amaze gufungula , Yes' abhaza Simoni Petero ati '' Simoni Mwene Yohana , mbhes' ulankunda gusumbha bhano? Petero alishul' ati ''Yego Mwami; wew' ulazi nezayuko ndagukunda.'' Yes' alamwishul' ati ''Gabhulil' inyagazi y' intama zanje''. \v 16 Asubhil' ubwakabhili, alamubhaz' ati ''Simoni mwene Yohan' ulankunda?'' Petero alamwishul' ati ''Yego Mwami ;wewe nyen' ulazi yuko ndagukunda, Yes' alamwishul' ati ''Gabhulil' intama zanje.''
\v 15 Amaze gufungula , Yes' abhaza Simoni Petero ati ''Simoni Mwene Yohana, mbhes' ulankunda gusumbha bhano? Petero alishul' ati ''Yego Mwami; wew' ulazi nezayuko ndagukunda.'' Yes' alamwishul' ati ''Gabhulil' inyagazi y' intama zanje''. \v 16 Asubhil' ubwakabhili, alamubhaz' ati ''Simoni mwene Yohan' ulankunda?'' Petero alamwishul' ati ''Yego Mwami ;wewe nyen' ulazi yuko ndagukunda, Yes' alamwishul' ati ''Gabhulil' intama zanje.''

View File

@ -1 +1 @@
\v 17 Yongela kumunbwil' ubwagatatu ati ''Simini mwene Yohana , wobh' unkunda gusumvya bhano bhosi? Petero bhilamubhabhaza chane kuko yongeye kubhimubhaza ngo ''Mbhesi wewe wobh' unkunda?. Maz' alamwishul' ati ''Mwami wew' umenya vyosi; ulazi yuko ndagukunda''. Yes' alamubwil' ati ''Gabhulil' intama zanje.'' \v 18 Nukuli ndakubwile neza yuko chagihe wal' umusole waliyambhik' ukagenda bhul' ahantu hosi washaka; aliko ni wamala kubh' umutama uzogolol' amabhoko, kand' uwundi munt' azokujan' ah' udashaka kuja.''
\v 17 Yongela kumunbwil' ubwagatatu ati ''Simini mwene Yohana, wobh' unkunda gusumvya bhano bhosi? Petero bhilamubhabhaza chane kuko yongeye kubhimubhaza ngo ''Mbhesi wewe wobh' unkunda?. Maz' alamwishul' ati ''Mwami wew' umenya vyosi; ulazi yuko ndagukunda''. Yes' alamubwil' ati ''Gabhulil' intama zanje.'' \v 18 Nukuli ndakubwile neza yuko chagihe wal' umusole waliyambhik' ukagenda bhul' ahantu hosi washaka; aliko ni wamala kubh' umutama uzogolol' amabhoko, kand' uwundi munt' azokujan' ah' udashaka kuja.''