2023-05-17 07:27:16 +00:00
|
|
|
\v 26 Uwo musi muzosabha mwi zina dyanje, kandi sindabhabwiye yukw' ali njewe nzobhasabhila kuli Data; \v 27 kuko Data nawe nyene alabhakunda kuko mwankunze mukizela yukw' aliwe yandungiche. \v 28 Navuye kwa Data maze nza kwayinosi, kandi ngila mve kwayinosi nsubhile kwa Data''
|