2023-05-12 11:02:39 +00:00
|
|
|
\v 32 Yohana alabhabwil' ati ''Nabhonye Mpwemu Yela amanuk' ava mwijulu ameze nk' inuma, amugumako. \v 33 Njewe sinamumenye aliko niwe yandugiche kubhatiza mu mazi , yambwiy' ati '' Udya uwo uza kubhona Mpwemu Yela amumanukiye, uwo niw' abhatiza muli Mpwemu Yela. \v 34 Nabhibhonye kandi ndavyemeza yuk' uwo alaiwe Mwana w' Imana
|